Guhimbaza Ubuzima bwa Luthi Congera
Guhimbaza Ubuzima bw'Umuvyeyi, Umubyeyi w'Abana, nyokuru, n'Incuti
Turababaye kandi turababazwa n'umubabaro mwinshi, ariko tugiye kwibuka no guhimbaza ubuzima bwa Luthi Congera, umuvyeyi w'abana umunani,nyokuru , n'incuti y'agaciro ku bantu benshi. Ubuzima bwiwe bwari ishusho y'ubutwari, ubuntu,n'urukundo rudasanzwe ku miryango n'incuti
Luthi Congera yari inkingi n'umutima w'umuryango wiwe. Nk'umubyeyi w'intangarugero, w' abana umunani y'abarerany'urukundo rutagira akagero, abafasha guhangana n'ibibazo by'ubuzima.Ubuhizi bwiwe ni cibutso mu bana biwe, abuzukuru , inzukuza ,nibimwira.
Umutima wiwe w'urukundo n'ubuntu vyabonetse mu bantu bose bari bamuzi. Nk'incuti, umubyeyi, nyokuru, yabasha gutuma buri wese yumva akundwa kandi ashimwa. Ubufasha bwiwe no gufasha abandi bizibukwa ibihe vyose
Nubwo dufis'umubabaro kumutakaza, twese twakwishimira kandi duha icyubahiro ubuzima bwiwe budasanzwe-ubuzima bwuzuye urukundo, umunezero, no gukunda imiryango. Ubuhizi bwiwe buzoguma bwibukwa mu mitima y'abana, abuzukuru ,incuti , ndetse n'abantu bose babonye amahirwe yo kumumenya.
Dufate umwanya wo kwibuka no guhimbaza Luthi Congera, umubyeyi w'intangarugero.
"N'ubwo umubiri wiwe utagihari, urukundo n'umucyo vyiwe bizokomeza kumurikura imitima yacu."
Imana imuhe uburuhukiro budashira.
In Loving Memory of Luthi Congera
Celebrating the Life of a Beloved Mother, Grandmother, Great-Grandmother, and Friend
It is with deep sadness and profound love that we gather to honor and remember the life of Luthi Congera, a cherished mother of eight, a loving grandmother, great-grandmother, and a dear friend to many. Her life was a testament to strength, grace, and unwavering love for her family and friends.
Luthi Congera was the pillar and soul of her family. As a devoted mother, she nurtured her eight children with endless love, guiding them through life's challenges and joys. Her legacy continues through them, as well as her grandchildren and great-grandchildren, who carry with them the lessons and memories she shared.
Her warm and caring nature touched everyone who knew her. Whether as a friend, mother, grandmother, or great-grandmother, she had a way of making everyone feel loved and special. Her generosity of spirit, her listening ear, and her ability to lift others up in times of need will forever be remembered.
Though we grieve her loss, we also celebrate her remarkable life-a life filled with love, laughter, and dedication. Her legacy will live on in the hearts of her family, friends, and all who were fortunate to have known her.
Please join us in remembering and celebrating Luthi Congera, a truly remarkable soul.
"Though her body is no longer with us, her love and light will forever shine in our hearts."
May she rest in peace